Umuvuduko ku rucanco rwo kwikingira Covid-19 uguma wiyongera kw’isi. Ibihugu bitari bike muri Afrika na Aziya navyo biriko bitanguza isekeza ryo gukinga abanyagihugu bavyo. Bimwe bimwe nk’Ubuhindi bimaze no kumenyesha ko bigiye kwongereza uburyo kugira ico gikorwa kigende neza. Ariko muri ico gihe nyene, hari ibindi bihugu bitaragira umurongo kuri ico kibazo c’urucanco, aho ni nk’Uburundi.
Amakuru
4 février 2021