Abarundi bize amashure menshi bagirizwa n’umukuru w’Igihugu kutamufasha guteza imbere igihugu. Evariste Ndayishimiye ntiyemeranya n’ababona ko umuzi w’iterambere mu Burundi ari ugukomeza inyigisho mu mashure.
None ubumenyi bwo mu mashure bwoba bufise ico bumaze vy’ukuri?
None ubumenyi bwo mu mashure bwoba bufise ico bumaze vy’ukuri?