Petero Nkurunziza yarasambuye amasezerano ya Arusha kandi ari na yo yari yaramushikanye ku butegetsi. Ivyo Abarundi ntibazovyibagira. Bivugwa na Jérémie Minani, umukuru w’umugambwe w’Ihuriro ry’Abarundi baharanira intwaro rusangi (RDB). Akagiriza Nkurunziza ko yabaye umukuru w’Igihugu adahanurwa.
Amakuru
9 juin 2022