Amakuru
6 mai 2022

Abanyagihugu barasabwa kwubahiriza ibiciro bishasha vyo kwiyunguruza vyadugijwe

Ibiciro vy’ukwiyunguruza mu gisagara ca Bujumbura no mu gihugu hagati vrarasubiye kuduzwa kuva kuri uyu wa gatatu. Bishikirizwa na Marie Chantal Nijimbere, umushikiranganji w’Ukwunguruza abantu n’ibintu,. Agasaba abajejwe intwaro n’igipolisi kijejwe uruja n’uruza gucungera iyubahirizwa ry’ivyo biciro.