Ingingo yafashwe n’umushikiranganji ajejwe umutekano ibuza abatwara amapikipiki, amakinga na tuk-tuk gushika mu gisagara ca Bujumbura ngo ije gushira mu kaga igice kinini c’abanyagihugu. Bishikirizwa na Marie Louise Baricako, arongoye Umuhari Inamahoro, abakenyezi n’abigeme baharanira amahoro n’umutekano. Umuhari Inamahoro usaba umukuru w’Igihugu gukoresha ububasha afise kugira iyo ngingo isubirwemwo imbere y’uko ishirwa mu ngiro.
Amakuru
28 février 2022