Amakuru
23 mars 2022

Kw’Īsôko : Ingaruka z’ukudatanga umwavu ku gihe ku mwimbu

Umwaka w’irima witiriwe B uza waratanguye mu gihugu cose. Ariko abarimyi bamenyesha ko batararonka ifumbire ikwiye igenewe gukoreshwa mw’itera ry’ibiharage n’ibindi biterwa.
None irima ritarimwo ifumbire ryoba rizogira ingaruka izihe ku barimyi no ku gihugu mu gihe c’iyimbura ? Abahinga mu vy’indimo bahanura iki kugira ibiriko birashikira abarimyi uno munsi ntibize vyisubirize muri kazoza ?