Amakuru
5 mars 2024

Vyanke bikunde isuku rizokorwa, ariko ni ukwitegurira kwishura amande (Jimmy Hatungimana)

Umukuru w’igisagara ni we yagabishije abanyagihugu. Jimmy Hatungimana yari mu bikorwa rusangi ku munsi wa gatandatu mu mabarabara amwe amwe makuru makuru ya Bujumbura. Agahamagarira abanyagihugu kumenya ko isuku ubu rifise umurongo ntarengwa.