Amakuru
26 août 2021

Urubanza rwa Christa Kaneza rurerekana neza ko ata butungane bwigenga buhari mu gihugu

Ha kwidoga ngo umukuru w’igihugu yotegerejwe gutangurira gutunganiriza abantu nka Christa Kaneza n’abandi bari mu busho bazira akarenganyo. Urubanza rwa Christa Kaneza rukidindiye mu butungane mu gihe uwo mukenyezi yari yarekuwe, ngo ni ivyerekana neza ko ubutungane butigenga mu gihugu.