Amakuru
20 août 2021

Umuryango w’uwanyurujwe n’inzego z’umutekano ukwiye gukora iki kugira ufashe abajejwe kugira amatohoza kuri ico caha?

Umuryango w’umuntu yanyurujwe n’inzego z’umutekano ukwiye gukora iki kugira ufashe abajejwe kugira amatohoza kuri ico caha? Inyishu zitangwa n’umushingwamanza Yves Runyagu, ajejwe imigenderanire mw’ishirahamwe CAVIB. Ni mu rukurikirane rw’isekeza ry’urwo runani rw’abashingwamanza baburanira abakorewe ivyaha bihanwa na sentare mpuzamakungu mpanavyaha mu Burundi.