Abashingamateka bo mu mugambwe CNL bashimye kutinjira mu ngoro y’amakoraniro mu Kigobe kubera bari banyegejwe amazina ari ku rutonde rw’abemezwa kuzoja mu Nama nshingamateka y’umuryango wa Afrika y’Ubuseruko. Bivugwa na Agathon Rwasa, arongoye uwo mugambwe. Yamenyesheje ko CNL itigeze isabwa gutanga amazina y’aboyiserukira.
Amakuru
15 septembre 2022