Ubwicanyi, ukunyuruza abanyagihugu, ukubaboreza igufa n’ukubapfungira ubusa, ni zimwe mu ngaruka zo kwiyamiriza ikiringo ca 3 c’umukuru w’Igihugu Petero Nkurunziza. Abahinga ba ONU bavuga ko hakozwe ivyaha vy’agahomerabunwa.
Amakuru
27 avril 2023