Umushikiranganji ajejwe intwaro yo hagati yivanga mu buzima bw’abantu no mu kazi k’ubutungane. Ayo majambo akoreshwa n’umushikirizamanza Janvier Bigirimana, umuhinga mu vy’amategeko, mu gutera ivyatsi ingingo yafashwa ne Gervais Ndirakobuca asaba ko abarongozi bo hasi bubatse batanditswe bahagarikwa mu mabanga yabo. Iyo ngingo igashobora kuzogira ingaruka mbi nyinshi kandi zikomeye.
Amakuru
9 octobre 2021