Bisigaye vyibonekeza ko hari uruja n’uruza rw’abantu ruriko ruragwirirana bivuye kw’ihindagurika ry’ibirere. Sanou Dia, arongoye ivy’imfatakibanza ishirahamwe FAO mu Burundi, akavuga ko iryo hindagurika riguma ryiyongera uko iminsi igenda. Akavuga ko amakungu ataco akoze, bizotuma abantu bababa umuliyaridi n’igice bageramirwa na kigoyi mu myaka mirongo itandatu iza.
Amakuru
6 octobre 2022