Témoignages
9 juillet 2022

“Turakeneye kubana mu mahoro mu budasa bwacu.”

Cyriaque Mbonabuca yarokotse igitero co kw’iseminari ntoyi y’i Buta mu mwaka w’1997, arabandanya muri iki gice ca kabiri c’intahe yiwe, yigana ayo yabonye. Aheraheza avuga ivyo yipfuriza Abarundi, ko bobana mu mahoro, mu gihugu c’amata n’ubuki.
Cyriaque Mbonabuca, rescapé de l’attaque au petit séminaire de Buta en 1997, continue à témoigner sur ce qu’il a vécu au cours de ladite attaque. Il termine en exprimant son souhait pour les Burundais, qu’ils puissent enfin vivre en paix, ensemble, au pays de lait et de miel.