Témoignages
27 juin 2022

“Barase bagume ngaho!” Uwo yaciye amanuka. Yari agiye kuzana grenade.

Cyriaque Mbonabuca, ni umwe mu banyeshure bacitse kw’icumu kw’iseminari ntoya y’i Buta, igihe abareberi b’umuhari urwana CNDD, batera kw’igenekerezo rya 30 Ndamukiza 1997. Abicanyi babiri bari mu rugi rw’uburaro bw’abanyeshure babegeranirije hamwe, kugira babice. Umwe yararashe mu kivunga, kugira ntihagire aho abana bahungira. Uwo wundi yagiye kuzana grenade, ari na ho yayibatera. Abanyeshure 40 bahasize ubuzima.
Cyriaque Mbonabuca est l’un des élèves rescapés du petit séminaire de Buta lors de l’attaque des rebelles du mouvement CNDD, le 30 avril 1997. L’un des deux assaillants, qui se trouvaient à l’entrée de leur dortoir, a tiré dans le tas, alors que les élèves avançaient en un bloc, et ainsi aucun élève ne pouvait s’échapper. L’autre assaillant est descendu chercher la grenade qu’il a lancée dans le groupe, faisant ainsi 40 morts.