Témoignages
12 mars 2021

Extrait du témoignage de Rose Hakizimana / Igice c’intahe ya Rose Hakizimana

Dans la série des témoignages que produit et diffuse la Télévision Renaissance, ce weekend vous suivrez le témoignage de Rose Hakizimana. Elle est originaire de Bugendana, elle a perdu plus de 125 membres de sa famille en 1993 et 1995. Suivez l’extrait de ce témoignage.
Mu rutonde rw’intahe zikorwa zigashikirizwa n’imboneshakure Renaissance, mu mpera z’ino ndwi, muzokurikira intahe ya Rose Hakizimana. Aturuka muri komine Bugendana, yabuze abantu bagera mu 125 bo mu muryango wiwe. Hari mu 1993 no mu 1995.