Témoignages
4 juin 2021

Extrait du témoignage de Serge Ndayishimiye / Igice c’intahe ya Serge Ndayishimiye

Dans la suite des témoignages des victimes des différentes crises qui ont endeuillé le Burundi, aujourd’hui nous suivons celui de Serges Ndayishimiye, un rescapé des massacres de 1993 à l’Est du Burundi dans la province de Ruyigi, zone Butezi. Il est parmi les trois enfants sur plus de 50 personnes qui sont sortis vivants d’une maison où ils étaient enfermés, puis brulés par leurs voisins Hutus.
Mu rukurikirane rw’abakorewe amabi mu ndyane zitandukanye zagiye zirahekura Uburundi, uno munsi dukurikira ivyashikiye Serge Ndayishimiye, uwacitse  kw’icumu mu bwicanyi bwo mu 1993 mu buseruko bw’Uburundi mu ntara ya Ruyigi, muri zone ya Butezi. Akaba ari mu bana batatu mu murwi w’abantu barenga 50 bashoboye gusohoka mu nzu bari bugaraniwemwo, mu nyuma iraturirwa n’ababanyi babo bo mu bwoko bw’abahutu.