Amakuru
1 décembre 2022

SOSUMO ivuga ko yafashe ingingo zikwiye kugira isukari ntisubire gukena

SOSUMO irahumuriza. Ivuga ko ata bura ry’isukari rizohaba. Vyemezwa na Festus Tuyisenge, arongoye ibiro vy’iryo shirahamwe i Bujumbura. Avuga ko SOSUMO yabonye ko idashobora kuronka umwimbu ukwira Abarundi bose, ica ifata ingingo yo kugurira isukari hanze yongereza iyimbuwe mu gihugu. Kikaba ari co gituma ata bwoba ko izokena. Yabivugiye kuri radio Isanganiro.