Amakuru
8 mars 2021

Paul Rusesabagina, umukuru w’umugambwe MRCD utavuga rumwe n’ubutegetsi bw’Urwanda yashaka kuja mu gihugu c’Uburundi kubonana n’indongozi z’ico gihugu

Paul Rusesabagina, umukuru w’umugambwe MRCD utavuga rumwe n’ubutegetsi bw’Urwanda yashaka kuja mu gihugu c’Uburundi kubonana n’indongozi z’ico gihugu. Ni intahe ya Pasteur Constatin Niyomwungere, uwaherekeje Paul Rusesabagina mu Burundi, ariko agahava amubesha bakururukira ku butaka bw’igihugu c’Urwanda.