Amakuru
8 mars 2021

Amakuru yo ku wa 08 Ntwarante 2021

► Iyubahirizwa ry’agateka k’umukenyezi ritegerezwa kuraba cane cane abagabo (Nindorera);
► Ingingo y’umukuru w’igihugu yo gutanga ikigongwe c’ikivunga ku banyororo bari mu mabohero atandukanye irimwo ibikwiye gukosorwa (Mbonimpa).