Abanyagihugu bategerezwa kwitwabwaho ukundi. Kuko irwirirana ryabo rishobora gutuma babaho nabi, nk’uko vyibonekeza mu Burundi. Ivyo bivugwa na Evariste Ngayimpenda, umuhinga mu bijanye n’irwirirana ry’abantu. Yabivuze kw’itariki 11 Mukakaro, umunsi wahariwe irwirirana ry’abantu kw’isi. Akavuga ko leta itegerezwa gufata ingingo zikwiye kugira abantu babeho neza.
Amakuru
14 juillet 2023