Amakuru
21 août 2021

Kwitangira abandi si igikorwa coroshe kuko hariho ababizira

Igikorwa c’ukwitangira abandi kitoroshe kuko benshi banabizira. Marguerite Barankitse, arongoye ikigo Maison Shalom, akaba abivuga afatiye ku karorero kiwe mu gihe ari mu baherutse gucirirwa urubanza rwo gufungwa ubuzima bwiwe bwose kandi azira ubusa.