Société
3 février 2021

Kw’Īsôko : Akamo ka perezida Évariste ko gutora inyishu y’ivyatumye hari ibinyamakuru bija mu bihano

Umukuru w’igihugu yategetse urwego CNC kuvugana n’ibinyamakuru vyafatiwe ibihano, amatati yo muri kahise ngo atorerwe umuti. N’aho bimwe bimwe mu binyamakuru vyaciye bitumwako na CNC, ivyo Évariste Ndayishimiye yashikirije biracarimwo igipfungu cinshi.