Mu ma karitiye nka yose y’i Bujumbura, hariho abana bo mw’ibarabara bagenda barasega. Ingingo leta ihora ifata yo kubadugana ruguru siwo muti w’ikibazo kiba caratumye baja mw’ibarabara. Twitter Facebook LinkedIn Pinterest E-mail WhatsApp