Amakuru
9 décembre 2022

Kurwanya igiturire ni akazi k’inzego zose z’igihugu

Umukuru w’Igihugu wenyene ntiyoshobora kurwanya ibiturire mu gihe izindi nzego zitabishizemwo inguvu. Ivyo bivugwa n’ishirahamwe PARCEM rikangurira abantu guhindura ingendo, hari ku munsi wahariwe kurwanya ibiturire. Faustin Ndikumana, arongoye iryo shirahamwe, agahamagarira umukuru w’Igihugu gushira mu ngiro amajambo yama ashikiriza.