Umutekano muke uri mu karere k’ibiyaga binini uturuka ku kubona ihonyabwoko ryarakorewe Abatutsi mu Rwanda mu mwaka w’1994 ONU irorera. Bivugwa na Joseph Mutaboba, yahoze aserukira igihugu c’Urwanda muri ONU. Hari mu kiganiro yari yatumiwemwo kuri télévision y’Urwanda. Joseph Mutaboba amenyesha ko inyuma y’imyaka 30, n’ubu ingaruka z’ivyabaye mu 1994 zitarahera.
Amakuru
18 mai 2024