Amakuru
11 janvier 2021

Ivyabaye vyose mu ntureka zo mu mwaka w’i 1972, hariho ababibonye n’abavyanditse

Ivyabaye vyose mu ntureka zo mu mwaka w’i 1972, hariho ababibonye n’abavyanditse. Ivyo bivugwa n’umushingwamanza Isidore Rufyikiri, arongoye umuhari MORENA. Arongera ati uko ibintu vyagenze muri uwo mwaka bizoteba bivugwe niyo UBurundi bwashika ahari ubutungane bwiza n’imirwi itunganijwe neza ishobora kumenyekanisha ukuri ku barundi.