CAVIB igahanura Leta y’Uburundi yose ngo ifate mu ntoke ico kibazo co guhangana n’ikiza ca Corona, ntisubire kubigira ibintu bijejwe ubushikiranji bumwe canke umurwi w’igihugu. Ingingo zifatwa ahubwo zigirwe mu nama Nshikiranganji nk’uko biba mu bindi bihugu mu guhangana n’ico kiza ruhonyanganda.
Amakuru
12 août 2021