Mu minsi iri imbere, Abarundi barashobora kuzogendesha imodoka zikoresha umuyagankuba. Ubushikiranganji bwo Kwunguruza abantu n’ibintu bwaratunganije ku munsi wa kane ibikorwa vyo gusigura umugambi ujanye na vyo. Innocent Nibizi, umuyobozi mukuru w’igisata co gutwara abantu n’ibintu, avuga ko igihugu kizohungukira vyinshi.
Amakuru
8 juillet 2023