Nta gitangaje kirimwo kubona leta y’Uburundi yankira umuhinga wa ONU ajejwe agateka ka zina muntu guhonyoza ikirenge mu gihugu. Me Lambert Nigarura, arongoye urunani rw’Abarundi bakorana na Sentare mpuzamakungu mpanavyaha (CB-CPI), avuga ko iyo mvugo y’abategetsi b’Uburundi ari iyo kwivuguruza kuko bama bavuga ko mu Burundi agateka ka zina muntu kadahonyangwa.
Amakuru
14 décembre 2021