Amakuru
4 janvier 2024

Igituro c’igitoro kigenewe abashingamateka kirakenewe nk’uko bamwe babisaba

Abashingamateka barasaba guhabwa igituro c’igitoro kibahariwe ngo boye gusuzugurwa iyo batonze nk’abandi. Ibi vyashikirijwe n’umushingamateka Neema Niyibitanga. Hari mu bikorwa vy’Inama nshingamateka vyo ku wa kane itariki 28 Kigarama 2023.