Amakuru
22 février 2021

Igice c’intahe ya Gérard Sabushimike / Extrait du témoignage de Gérard Sabushimike

Umucamanza yitwa Thérence Rubati ari kumwe n’uwo bavukana yitwa Ntasano, biciwe ahitwa ku Mutambara mu Rumonge n’abicanyi bari bateye bahiga guhonya abo mu bwoko bw’abatutsi mu rwimo rwo mu mwaka w’1972. Bivugwa na Gérard Sabushimike, yari asanzwe yagiye kubaramutsa umunsi bagandagurwa. Gérard ico gihe nawe yacitse kw’icumu, yabuze n’abandi benshi bo mu muryango wiwe harimwo n’uwari asanzwe amutunze, sewabo yitwa Lieutenant Cassien Ndayizeye, yagandaguwe hamwe na Capitaine Dodorin Kinyomvyi, yari asanzwe agendanira umukuru w’igihugu.

Thérence Rubati, qui était juge au tribunal de résidence, son frère Ntasano et leur chauffeur ont été tués à Mutambara par les rebelles qui avaient attaqué le sud du pays en 1972 et qui tuaient toute personne de l’ethnie Tutsi sur leur passage. Ce témoignage est de Gérard Sabushimike, une parenté par alliance  de Thérence Rubati et qui lui avait rendu visite le jour de son assassinat. Gérard Sabushimike, lui-même rescapé dans la crise de 1972, indique avoir perdu plusieurs membres de sa famille dont son oncle Lieutenant Cassien Ndayizeye chez qui il habitait et qui a été tué en même temps avec le capitaine Dodorin Kinyomvyi qui était le garde du corps de Micombero.