Amakuru
2 février 2023

Icegera c’uwuserukira ishirahamwe HCR mu Burundi aratanga ibitigiri vy’impunzi ziri muri CIRGL

Uburundi, co kimwe n’ibindi bihugu bigize umuryango w’ibiyaga binini, CIRGL, birakeneye inyishu zirama zihuriweko n’ugutorera inyishu ibibazo vy’impunzi. Mu ruganda rwo kurabira hamwe ingene hotorwa inyishu, aberwa n’ico kibazo bakaba barajwe ishinga n’ahoja inguvu kurusha. Icegera c’uwuserukira ishirahamwe HCR mu Burundi, Marie Louise Kabre Barreto, aratanga ibitigiri vy’impunzi ziri muri CIRGL.