Leta y’Uburundi ngo niyo ikwiriye guhimiriza abanyagihugu kugira baje guhabwa urucanco rwa Corona aho kubatera ubwoba. Bishikirizwa na Chauvineau Mugwengezo, arongoye umugambwe UPD-Zigamibanga. Chauvineau Mugwengezo asaba abarongoye igihugu guhindura iyo ngendo bakongera bakitangako akarorero mu kuronswa urwo rucanco ubwa mbere.
Amakuru
28 octobre 2021