Urunani mbogoraburundi CRN-Ingeri ya Rugamba rwashinzwe n’Abarundi bahujwe n’umutima wo gukunda igihugu. Bivugwa na Chauvineau Mugwengezo, umuvugizi w’urwo runani. Hari mw’itangazo yasohoye kuri uyu wa 01 Myandagaro. Chauvineau Mugwengezo amenyesha ko urwo runani rufise ihangiro ryo kwubaka Uburundi bw’Abarundi bafatanye mu nda, butekanye, burangwamwo intwaro rusangi kandi butera imbere.
Amakuru
2 août 2024