Gervais Ndirakobuca ni we yagenywe mu kibanza c’umushikiranganji wa Mbere mushasha. Akaba yarahiye imbere y’umukuru w’Igihugu n’Inama nshingamateka na nkenguzamateka bikoranye mu ngoro y’amakoraniro mu Kigobe, inyuma y’umutaga wo kuri uyu wa 7 Nyakanga. Akoreye mu ngata Alain Guillaume Bunyoni, yari amaze imyaka ibiri muri ayo mabanga.
Amakuru
8 septembre 2022