Umukuru w’Igihugu Evaritse Ndayishimiye amenyesha ko agiye gushira inguvu ziwe zose mu manza ziri mu masentare zaciwe kugira zishirwe mu ngiro. Ku bwiwe, ngo birababaje kubona abacamanza batarenganura ababituye. Avuga ko agiye gukwira amakomine yose y’igihugu kugira ico gikorwa agifashanye n’abacamanza. Umukuru w’Igihugu akaba yabimenyesheje ku wa gatandatu w’indwi iheze mu bikorwa rusangi yakoreye mu ntara ya Muyinga.
Amakuru
6 juin 2023