Amakuru
26 mars 2024

Birakenewe kuganira ku kibazo c’umutekano muri Congo tutaguye mu mitego ya Tshisekedi (P. Kagame)

Tshisekedi ashaka kwifatira abantu bose. Ashaka guteranya gusa. Ivyo bivugwa na Paul Kagame. Ni mu kiganiro aheruka guha ikinyamakuru Jeune Afrique. Ku bwa Paul Kagame, birakenewe ko abegwa n’ikibazo c’umutekano wa Congo batorwa mu mitego ya Tshisekedi, bakarondera uko baganira kuri ico kibazo ata nzitizi.