Amakuru
13 février 2021

Ariko rero, abarongoye ibimenyeshamakuru bikorera mu buhungiro bariyamiriza ikinyoma c’uwurongoye urwego CNC

Ariko rero, abarongoye ibimenyeshamakuru bikorera mu buhungiro bariyamiriza ikinyoma c’uwurongoye urwego CNC Nestor Bankumukunzi. Bob Rugurika, umuyobozi wa RPA, kw’izina ry’abo barongoye ivyo bimenyeshamakuru, avuga ko yaba uwo arongoye CNC canke uwundi mutegetsi, ata wigeze atumira ivyo bimenyeshamakuru. Bakabonamwo ibihushane mu gihe muri bo, hari abaraye baciriwe umunyororo wo gufungwa ubuzima bwose bagirizwa gushaka gutembagaza ubutegetsi.