Amakuru
23 juin 2021

Amakuru yo ku wa 22 Ruheshi 2021

► Ubumwe bwa Buraya bwaratanguje isekeza mu ntumbero yo gukura ibihano bwafatiye Uburundi mu bijanye n’imfashanyo bwahora buha Uburundi (Bochu);
► Abantu 14 barapfuye mu ndwi iheze, muri abo harimwo abakenyezi 3 n’umwana 1 (Iteka).