Amakuru
11 août 2021

Amakuru yo ku wa 10 Myandagaro 2021

► Abantu barenga 76 baratowe umugera wa Corona mu bitaro bikuru bibiri vyo ku murwa mukuru w’intara ya Ruyigi;
► Ipfungwa rya Tony Germain Nkina rijanye ahanini n’ibikorwa yahoze akora mu gukingira agateka ka zina muntu (Rachel).