Amabohero ya Muramvya, Gitega na Rutana aratungwa agatoki n’ishirahamwe rukristu rirwanya ihohoterwa rya kiremwa muntu ACAT-Burundi mw’ihonyangwa ry’amategeko ajanye n’ukuvuza abapfungwa. Kubw’umushingwamanza Jean Claude Ntiburumunsi, ajejwe igisata c’amategeko muri iryo shirahamwe, ngo iyo ngorane iboneka cane cane mu bapfungiwe ivyaha bijanye na politike. ACAT-BURUNDI igasaba leta kwisubirako mu kwubahiriza agateka ka zina muntu n’amategeko.
Amakuru
1 mars 2021
