Amakuru
23 mai 2023

Abarundi bahungiye mu gihugu c’Ubuganda barasaba igihugu cabakiriye kubakingira

Amakenga ni menshi mu mpunzi z’Abarundi ziba mu gisagara ca Kampala mu gihugu c’Ubuganda, biturutse ku bwicanyi budasiba guhitana bamwe muri bo. Bagasaba leta y’Ubuganda kubakingira no gukora amatohoza yigenga ku bamaze kugandagurwa, bahereye kw’igandagurwa rya David Niyokindi ryabaye ku wa gatanu uheze.