Amakuru
28 juin 2023

Abantu bakuze bakwiye kugira uruhara runini kugira agateka k’abana kubahirizwe

Umunsi mpuzamakungu witiriwe agateka k’abana ni uwo kwirimbura nk’abakuze ico dukora kugira agateka k’abana kubahirizwe. Bivugwa na Ildephonse Birhaheka ajewe gukingira abana mw’ishirahamwe UNICEF. Hari kuri uyu wa 26 Ruheshi, aho Uburundi bwari bwaramutse buhimbaza umunsi mpuzamakungu witiriwe agateka k’abana.