Amakuru
30 janvier 2021

Abamenyeshamakuru barakeza akamo k’umukuru w’igihugu

Abamenyeshamakuru barakeza akamo k’umukuru w’igihugu. Ariko kubwa Innocent Muhozi, arongoye urwego OPB rukurikirana hafi ibinyamakuru, ngo ako kamo kogira ico gashikako mu gihe ibisabwa kugira ibimenyeshamakuru bigire ubwigenge bwite bishizweho.