Amakuru
21 novembre 2023

Abakozi bategerezwa guterera mw’ishirwa mu ngiro ry’itegeko ry’itariki ya 01 Nyakanga (COSYBU)

Abakozi ba leta baranegura ukudashirwa mu ngiro kw’ingigo ibaha uburusho ku mishahara no ku bibanza bafise mu kazi. Urunani rw’amasendika mu Burundi COSYBU rusaba rero ko iyo ngingo yashizweko umukono n’umukuru w’Igihugu itariki ya 01 Nyakanga ishirwa mu ngiro. Kandi ibiriko birakorwa kugira ishirwe mu ngiro n’abakozi bagire ico baterereye.