Amakuru
28 septembre 2022

Abagwizatunga bo muri Amerika barashaka kuzana imitahe mu Burundi

Abagwizatunga bo muri leta zunze ubumwe za Amerika bipfuza kuzana imitahe yabo mu Burundi mu bisate bitandukanye bakoreramwo. Ivyo bikaba vyashikirijwe n’umukuru w’Igihugu Evariste Ndayishimiye, hari igihe yari atahutse avuye mu nama igira iya 77 y’ishirahamwe mpuzamakungu ONU yabereye mu gihugu ca Amerika.