Mu banyororo barekuwe ku kigongwe c’umukuru w’igihugu, hari abamaze gusubira guhagarikwa, kwicwa, canke kunyuruzwa. Ivyo bikavugwa n’abaharanira agateka ka zina muntu. Twitter Facebook LinkedIn Pinterest E-mail WhatsApp