Sévérin Kanjoli yacitse kw’icumu mu bwicanyi bwo mu 1972. Ni umwe mu banyeshure bari mu muhari w’abascouts bari kujanwa kwicirwa mu Rumonge mw’ijoro ryo ku wa 29 Ndamukiza umwaka w’1972. Akavuga ko ubwo bwicanyi bwari bwateguwe.
Témoignages
20 juin 2021