Ikiza ca Covid-19 catumye amabi aba menshi mu mpunzi z’abarundi : Indyane mu bubakanye, abana baheba amashure, abandi bakaja mu bushurashuzi no mu biyayura mutwe. Bivugwa na Me Immaculée Hunja arongoye umuhari w’abakenyezi n’abigeme baharanira amahoro n’Umutekano mu Burundi (MFFPS). Akemeza ko impunzi zari zisanganywe ingorane nyishi ariko ngo ikiza ca Covid-19 caje gusongera isibe.
Amakuru
28 mai 2021